Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Kibondo nikundira

Kibondo nikundira

Voma:

  1. 1. Kibondo nikundira

    Ngo mu gituza canje.

    Kibondo ntutinye kuko turi kumwe,

    Mwana nkunda.

  2. 2. Uzomenya Yehova,

    Ng’ukore ivy’akunda.

    Ur’ingabirano tuzama dukunda,

    Mwana nkunda.

    (Ikiraro)

    Uzoba mw’isi nshasha,

    Yehov’ashak’uzobeho neza.

    Uzikinira n’idubu.

    Umusi umw’uzibonera

    Ivyiza vyinshi.

  3. 3. Kibondo, uzogire

    Yehova umugenzi.

    Kibondo ntutinye kuko muri kumwe,

    Mwana nkunda,

    Mwana nkunda,

    Mwana nkunda.