Ja ku birimwo

Ivyaranze ikoraniro rigirwa buri mwaka ryo mu 2013

Ivyaranze ikoraniro rigirwa buri mwaka ryo mu 2013

Vyari ibintu vy’imbonekarimwe! Abantu 1.400.000 bo hirya no hino kw’isi bariko barakurikirana ikoraniro rigirwa buri mwaka rigira 129 ritunganywa n’ishirahamwe Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania. Raba ivyaranze ivyo birori vy’intibagirwa.