Ja ku birimwo

AGAKARATA K’ABAVUGWA MURI BIBILIYA

Aroni

Voma aka gakarata k’uwuvugwa muri Bibiliya kugira umenye inkuru yerekeye Aroni mukuru wa Musa, akaba ari na we yabaye umuherezi mukuru wa mbere muri Isirayeli. Nugacapure, ugakate, ukazingemwo kubiri hanyuma ukabike.