UDUKORWA TWO KWIYIGISHA Ibiranga umugenzi mwiza VUZA Nimumadike ahaja ifoto ibintu mwoshima ko vyoranga umugenzi mwiza. Voma Raba kandi UDUKORWA TWO KWIYIGISHA TW’ABANA Umuryango Loti yakomokamwo Ni amahanga ayahe akomoka kuri Loti n’incuti ziwe? Raba igicapo cerekana umuryango Loti yakomokamwo maze wuzuze amazina abuze. UDUKORWA TWO KWIYIGISHA TW’ABANA Abantu bavugwa muri Bibiliya bari bameze nka Yozefu Voma aka gakorwa, ugacapure maze udondagure ivyo Yozefu ahuriyeko n’abandi bantu batanu bavugwa muri Bibiliya. UDUKORWA TWO KWIYIGISHA TW’ABANA Ibibanza Yakobo yagiyemwo Ni ibibanza ibihe Yakobo yagiyemwo? Soma muri Bibiliya urabe ibigufasha gutora inyishu, uce uzandika kw’ikarata. Rungika Rungika Ibiranga umugenzi mwiza UDUKORWA TWO KWIYIGISHA TW’ABANA Ibiranga umugenzi mwiza Ikirundi Ibiranga umugenzi mwiza https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/502015185/univ/art/502015185_univ_sqr_xl.jpg