Ja ku birimwo

UDUKARATA TW’ABAVUGWA MURI BIBILIYA

Manowa

Nimuvome aka gakarata k’uwuvugwa muri Bibiliya maze mwige ibijanye na Manowa, uno akaba yari se w’umuntu umwe yari akomeye kuruta ababayeho bose. Gacapure, ugakate, ukazingemwo kubiri, hama ukabike.