Ja ku birimwo

UDUKARATA TW’ABAVUGWA MURI BIBILIYA

Umwami Sauli

Nimuvome aka gakarata k’uwuvugwa muri Bibiliya maze mwige ibijanye na Sauli. Mu ntango, yari umuntu yicisha bugufi ariko mu nyuma yarabaye umwami yishima. Gacapure, ugakate, ukazingemwo kubiri hama ukabike.