Ja ku birimwo

Icigwa ca 25: Kurondera abagenzi

Icigwa ca 25: Kurondera abagenzi

Iyo abantu bakunda Yehova, barashobora vy’ukuri kuba abagenzi naho boba batangana. Abagenzi bawe ni bande?

Raba kandi

NUBE UMUGENZI WA YEHOVA (UDUKORWA)

Nurondere abagenzi beza

Ni kubera iki ari vyiza kugira abagenzi bakuze?

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.