Ja ku birimwo

Yehova yandemye neza

Yehova yandemye neza

Yehova yaturemye mu buryo bw’agatangaza! Reka tubirabe.

Raba kandi

NUBE UMUGENZI WA YEHOVA​—INDIRIMBO ZISANZWE

Yehova yandemye neza

Urashobora kubona, kwumva, gutwenga no gukina kubera Imana yakuremye neza.

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.