Ja ku birimwo

16 NZERO 2014
Armenia

Armeniya ipfungura abanka gukora ibikorwa vya gisirikare

Armeniya ipfungura abanka gukora ibikorwa vya gisirikare

Ku wa 12 Munyonyo 2013, Armeniya yarapfunguye Ivyabona vya Yehova bari bakiri mw’ibohero. Bano bari bapfunzwe bahorwa ko banka gukora ibikorwa vya gisirikare bisunze ijwi ryo mu mutima. Iyi videwo irerekana ivy’urubanza rwashikanye ku kurekurwa kw’ivyo Vyabona.