Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

UMUNARA W’INDERETSI No 3 2018 | Imana yoba ikwitwararika?

IMANA YOBA IKWITWARARIKA?

Igihe hateye ivyago canke abantu bashikiwe n’imibabaro maze bagapfa, twoshobora kwibaza nimba Imana ibibona canke ivyitwararika. Bibiliya ivuga iti:

“Kuko amaso ya Yehova ari ku bagororotsi, n’amatwi yiwe akaba ku gutakamba kwabo; mugabo amaso ya Yehova arwanya abakora ibintu bibi.”​—1 Petero 3:12.

Uwu Munara w’Inderetsi urerekana ingene Imana idufasha be n’ukuntu izokuraho imibabaro yose.

 

“Imana yari he?”

Hoba hari icago cagushikiye kigatuma wibaza nimba Imana ikubabaye?

Imana yoba ikubona?

Ni igiki cerekana ko Imana yitwararika cane ineza yawe?

Imana yoba igutahura?

Kuba Imana ituzi bimwe bidasanzwe ikamenya n’ingene turemwe biradukura amazinda yuko idutahura mu kantu kose.

Imana yoba ifise impuhwe?

Bibiliya iradukura amazinda ko Imana itubona, idutahura kandi ibabarana natwe.

Imibabaro​—Coba ari igihano c’Imana?

Imana yoba iteza indwara canke ivyago vy’ivyaduka kugira ihane abantu kubera ibicumuro bakora?

Ni nde yobibazwa?

Bibiliya irahishura ibintu bitatu nyamukuru bituma abantu bashikirwa n’imibabaro.

Imana igiye gukuraho imibabaro yose

Tuzi gute ko Imana igiye gukuraho imibabaro yose be n’akarenganyo kose?

Urashobora kwungukira ku kuntu Imana itwitwararika

Ivyanditswe biradufasha kwizera cane ivyo Imana idusezeranira ku bijanye na kazoza.

Imana imererwa gute igihe uri mu mibabaro?

Iyi mirongo yo muri Bibiliya irashobora kugufasha gutahura ingene Imana ibona imibabaro.