UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Mukakaro 2019

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga ku wa 2-29 Nyakanga 2019

Niwitegurire uruhamo ubu

Twokora iki kugira turushirize kugira umutima rugabo igihe baturwanije?

Nugume usenga Yehova igihe igikorwa cacu kibujijwe

Twokora iki bishitse leta ikatubuza gukorera Yehova?

‘Nimugende muhindure abantu abigishwa’

Kubera iki guhindura abantu abigishwa bihambaye cane, kandi ni ivyiyumviro ngirakamaro ibihe vyodufasha kurangura ico gikorwa cacu?

Ingene twokora ku mutima abatagira idini

Twofasha gute abatagira idini gukunda Imana no kuba abigishwa ba Kristu?

INKURU Y’UBUZIMA

Yehova yarampezagiye kuruta uko nari ndavyiteze

Ivyo Manfred Tonak yiboneye ari umumisiyonari muri Afrika vyaramufashije gutsimbataza ukwihangana, kubumbwa n’ivyo afise be n’izindi kamere nziza.

Yezu yoba vy’ukuri yapfiriye jewe?

Vyoba bimaze gushika ukumva umengo nta co umaze? Ni igiki cogufasha kurwanya ivyiyumviro nk’ivyo?