UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Kigarama 2020

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 1-28 Ruhuhuma 2021.

Ibibazo vy’abasomyi

Ivyo intumwa Paulo yavuze mu 1 Abakorinto 15:29, vyoba bisobanura ko abakirisu bamwebamwe b’ico gihe babatizwa ku bw’abapfuye?

Ibibazo vy’abasomyi

Mu Migani 24:16 hagira hati: “Umugororotsi yoshobora kugwa mbere n’incuro indwi, kandi ntazobura guhaguruka.” None hoba herekeza ku muntu aguma agwa mu gicumuro, Imana na yo ikaza iramubabarira?