UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Nyakanga 2022

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 7 Munyonyo–4 Kigarama 2022.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 37

Niwizigire abavukanyi bawe

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 38

Niwerekane ko uri umwizigirwa

Ibibazo vy’abasomyi

Ni bande bazozukira kuba kw’isi, kandi izuka ryabo rizoba ari bwoko ki?

Ibibazo vy’abasomyi

Intumwa Paulo yashaka kuvuga iki igihe yavuga ko yari “uwavutse atageze”? (1 Abakorinto 15:8)

INKURU Y’UBUZIMA

Narahimbawe no kwiga be no kwigisha ivyerekeye Yehova

Inkuru y’ubuzima: Leon Weaver Junior