UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Myandagaro 2023

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 9 Gitugutu–5 Munyonyo 2023.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 33

Niwigane Daniyeli

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 9-15 Gitugutu 2023

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 34

Niwige ubuhanuzi bwo muri Bibiliya

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 16-22 Gitugutu 2023.

Wokora iki igihe uwo mwubakanye araba amashusho y’ibiterasoni?

Ni gute abubakanye bokorera hamwe kugira ngo uwiziziwe n’amashusho y’ibiterasoni abihebe maze bagasubira kwizerana?

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 35

Nubandanye kwihangana

Kizokwigwa ku ndwi yo ku wa 23-29 Gitugutu 2023.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 36

Niwikorere imitwaro ikenewe, wiyambure iyidakenewe

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 30 Gitugutu–5 Munyonyo 2023.