UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Gitugutu 2023

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 11 Kigarama 2023–7 Nzero 2024.

1923: Imyaka 100 irarangiye

Umwaka wa 1923 wabaye uwuremesha ku Batahoji ba Bibiliya kubera ko amahinduka bagize mu bijanye n’amakoraniro, amahwaniro n’igikorwa co kwamamaza, yatumye barushiriza kwunga ubumwe.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 42

Woba “witeguriye kugamburuka”?

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 11-17 Kigarama 2023.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 43

“Yehova azogukomeza”

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 18-24 Kigarama 2023.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 44

Niwige Ijambo ry’Imana uvyitondeye

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 25-31 Kigarama 2023.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 45

Nukenguruke agateka ufise ko gusengera Yehova mu rusengero rwiwe

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 1-7 Nzero 2024.