Ja ku birimwo

23 RUSAMA 2018
UBUTALIYANO

Ikiganiro twagiranye na Profeseri Massimo P. Franchi, M.D.

Ikiganiro twagiranye na Profeseri Massimo P. Franchi, M.D.

Muganga Franchi ni umwigisha mu vyo kwakira abavyeyi no mu ndwara z’abakenyezi kuri kaminuza y’i Vérone akaba ari na we atwara urwego rwo kwakira abavyeyi no kuvura indwara z’abakenyezi ku bitaro vyegamiye kaminuza y’i Vérone.