‘Nta gukeka ko Imana yamugize Umukama na Kristu’

Uko haca igihe, umuntu arashobora gutangura gukekeranya, n’ukwizera kwiwe kukagoyagoya. Nurushirize kwizera Yezu, we Mesiya yasezeranywe akaba n’Umwami w’Ubwami bw’Imana.

‘Nta gukeka ko Imana yamugize Umukama na Kristu’ (Igice ca 1)

Ni igiki kikwemeza ko Imana yagize Yezu Umukama na Kristu?