Life Stories

MILES NORTHOVER

Yehova yarahezagiye utwigoro nagize kugira ndamukorere

Kwiga ururimi rw’ibimenyetso vyaratumye ubuzima bwa Miles buhinduka. Arasubiza amaso inyuma mu myaka 50 iheze, akavuga ivyiza vyavuye mu gufasha abaragi bo mu Bwongereza.

ASTER PARKER

Nashaka kubaho nihebeye Yehova

Kuva Aster akiri muto, yamye akunda ukuri. Igihe hari ibibazo vya politike muri Etiyopiya, ukwizera kwiwe kwaragejejwe igihe yari mu gasho. Aster yahavuye akorera kuri Beteli i New York mu nyuma na ho avyara abahungu batatu.

JAY CAMPBELL

Yankuye hasi anshira hejuru

Jay yakuze amugaye, akenye cane kandi ntiyashoboye kuja kw’ishure. Naho yashikiwe n’izo ngorane zose, yarafashije abantu batatu gushika ku kubatizwa kandi n’ubu aracafise umwete mu ndimiro.

TAPANI VIITALA

Narashitse ku cipfuzo canje co gufasha abaragi

Tapani yaragize ingendo muri Finlande, Estoniya, Letoniya na Lituwaniya, agiye kubwira inkuru nziza abandi baragi. Naho haciye imyaka irenga 60 abatijwe, aracafise umwete mwinshi.

PHYLLIS LIANG

Yehova yarahezagiye ukwitanga kwanje

Phyllis yaratewe uduteka dutandukanye tw’umurimo. Kuba yaremera guhuza n’amahinduka no kwihanganira ingorane, vyaratumye yironkera imihezagiro myinshi, rimwe na rimwe mu buryo ataba yiteze.

IRMA BENTIVOGLI

Gukorera umwe atanga «ingabire nziza yose»

Naho Irma acibuka ivyabaye mu ntambara ya kabiri y’isi yose, arakenguruka cane ingabire Yehova yamuhaye nk’abamureye akarorero keza be n’igikorwa co kuri Beteli.

TERRY REYNOLDS

Yehova yaramfashije kumukorera uko nshoboye

Icipfuzo ca Terry co gukora umurimo w’igihe cose camushikanye ku guterwa uduteka dutandukanye, harimwo kuba umumisiyonari no gukorera kuri Beteli yo muri Tayiwani. Imyaka irenga 60 inyuma y’aho atanguriye ubutsimvyi, yabandanije akorera Yehova n’umutima wiwe wose ari kumwe n’umukenyezi wiwe Wen-hwa.

Sorry, there are no terms that match your selection.