Ja ku birimwo

Nowa yagendana n’Imana

Nowa yari umuntu yagendanye n’Imana adahemuka. None ni igiki catumye Yehova amushima? Ni igiki catuma aba uwudasanzwe? Raba ingene ibikorwa vya Nowa vyagiriye akamaro we n’umuryango wiwe, eka na twese muri iki gihe.