Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Ibindi vyofasha umuryango

Ibindi vyofasha umuryango

BIBILIYA IRIMWO IMPANURO NZIZA CANE zofasha abubatse, abavyeyi be n’urwaruka. Impanuro itanga zirashobora gufasha umuntu kubona kure no gufata ingingo nziza.​—Imigani 1:1-4.

BIBILIYA IRISHURA KANDI IBIBAZO NKORAMUTIMA NK’IBI:

Tukuremesheje kwitohoreza ivyo Bibiliya ivuga kugira ngo uronke inyishu z’ivyo bibazo be n’ibindi. Raba akavidewo kavuga ngo Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? Ja kuri www.pr418.com.