UMUNARA W’INDERETSI Ruheshi 2015 | Ubuhinga bwoba bwarasubiriye Bibiliya?

Vyoba bitavuga rumwe canke birunganirana?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ico ubuhinga bukumariye

Abantu bagerageza gute “kwerekana ko Imana itabaho bafatiye ku vyo abahinga batohoza”?

IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO

Ubuhinga burafise aho bugarukira

Ikintu kijanye n’ubuhinga cabaye muri kahise catumye Carl Sagan yandika yuko “naho umuntu yoba ari incabwenge gute ashobora kwihenda rwose.”

Ingene wosaza neza

Hari ibintu bitandatu bishingiye kuri Bibiliya bishobora kugufasha guhuza n’ubwo buzima bushasha ugezemwo.

INKURU Y’UBUZIMA

Iragi twarazwe gushika kw’iyaruka ry’indwi

Kevin Williams arigana inkuru ishimishije ivuga ingene umuryango wabo wakoreye Imana y’ukuri Yehova n’umwete.

Antikristu ni nde?

Yoba ari uwuzoza canke amaze igihe ahari?

Inyishu z’ibibazo bishingiye kuri Bibiliya

Wokora iki ngo abana bawe bagire indero nziza?

Ibindi usanga kuri internet

Bibiliya yoba ari igitabu c’ubukerebutsi bw’abantu?

Raba ivyo Bibiliya ivuga ku biyerekeye.