EPIZODE YA 1
Umuco w’ukuri w’isi
Jambo yari kumwe n’Imana kuva mu ntango kandi yari imana (gnj 1 00:00–00:43)
Imana yakoresheje Jambo mu kurema ibindi bintu vyose (gnj 1 00:44–01:00)
Ubuzima n’umuco vyabayeho biciye kuri Jambo (gnj 1 01:01–02:11)
Umwiza ntiwatsinze umuco (gnj 1 02:12–03:59)
Luka asigura ivyatumye yandika inkuru yiwe, akaba ayandikira Tewofile (gnj 1 04:13–06:02)
Gaburiyeli amenyesha imbere y’igihe ivuka rya Yohani Umubatizi (gnj 1 06:04–13:53)
Gaburiyeli amenyesha imbere y’igihe ivuka rya Yezu (gnj 1 13:52–18:26)
Mariya aja kuramutsa incuti yiwe Elizabeti (gnj 1 18:27–21:15)
Mariya ashemeza Yehova (gnj 1 21:14–24:00)
Yohani avuka; ahabwa izina (gnj 1 24:01–27:17)
Ubuhanuzi bwa Zakariya (gnj 1 27:15–30:56)
Mariya yibungenga bivuye ku mpwemu nyeranda; ukuntu Yozefu yavyakiriye (gnj 1 30:58–35:29)
Yozefu na Mariya baja i Betelehemu; Yezu avuka (gnj 1 35:30–39:53)
Abamarayika babonekera abungere bari mu gahinga (gnj 1 39:54–41:40)
Abungere baja ku bwato bw’ibitungwa (gnj 1 41:41–43:53)
Yezu ashikirizwa Yehova ku rusengero (gnj 1 43:56–45:02)
Simeyoni aterwa iteka ryo kubona Kristu (gnj 1 45:04–48:50)
Ana avuga ivyerekeye uwo mwana (gnj 1 48:52–50:21)
Abaragurisha inyenyeri baja kuraba Yezu; Herodi agira umugambi wo kumwica (gnj 1 50:25–55:52)
Yozefu atora Mariya na Yezu bagahungira mu Misiri (gnj 1 55:53–57:34)
Herodi yica abana b’abahungu b’i Betelehemu no mu micungararo yaho (gnj 1 57:35–59:32)
Umuryango wa Yezu uja kuba i Nazareti (gnj 1 59:34–1:03:55)
Yezu ku rusengero afise imyaka cumi n’ibiri (gnj 1 1:04:00–1:09:40)
Yezu asubira i Nazareti ari kumwe n’abavyeyi biwe (gnj 1 1:09:41–1:10:27)
Umuco w’ukuri wagira uze mw’isi (gnj 1 1:10:28–1:10:55)