Ja ku birimwo

10 MYANDAGARO 2015
Zimbabwe

Igikorane mpuzamakungu co mu 2014—Ikiganiro twagiranye n’uwuserukira ibiro vy’Ivyabona muri Zimbabwe

Igikorane mpuzamakungu co mu 2014—Ikiganiro twagiranye n’uwuserukira ibiro vy’Ivyabona muri Zimbabwe

Mu kiganiro twagiranye na John Jubber i New York, uno akaba aserukira ibiro vy’Ivyabona vya Yehova muri Zimbabwe, aravuga ivyiza vyavuye mu gikorane mpuzamakungu Ivyabona bagize i Harare muri Myandagaro 2014.