Ja ku birimwo

17 KIGARAMA 2021
AMAKURU YO KW’ISI YOSE

Amakuru agezweho ya 10 avuye ku Nama Nyobozi (2021)

Amakuru agezweho ya 10 avuye ku Nama Nyobozi (2021)

Uwo mu bagize Inama Nyobozi aratanga amakuru agezweho ajanye n’iki kiza. Aratanga kandi ivyabonywe biremesha vyerekana ingene twokoresha neza umwanya wacu muri iki kiringo c’ikiza.