Ja ku birimwo

21 RUHESHI 2024
AMAKURU YO KW’ISI YOSE

Amakuru agezweho ya 4 avuye ku Nama Nyobozi (2024)

Amakuru agezweho ya 4 avuye ku Nama Nyobozi (2024)

Muri aya makuru agezweho, turaza kubona ingene abavukanyi na bashiki bacu bapfunzwe bahorwa ukwizera kwabo ‘baguma batsinda ikibi mu gukora iciza.’​—Abaroma 12:21.