12 MUNYONYO 2021
AMAKURU YO KW’ISI YOSE
Amakuru agezweho ya 9 avuye ku Nama Nyobozi (2021)
Uwo mu bagize Inama Nyobozi arerekana ukuntu Yehova ariko arayobora ishirahamwe ryiwe muri iki kiringo c’ikiza. Aravuga kandi ibintu biremesha vyavuye muri ya programa yo kugerageza gusubira kugirira amakoraniro ku Ngoro y’Ubwami.