Megizike
Icete co gukengurukira Ivyabona kubera bigisha Bibiliya mu mabohero yo muri Megizike
Abategetsi barakengurukira Ivyabona vya Yehova kubera bagerageza kwigisha Bibiliya abapfungiwe mu mabohero yo muri leta ya Baja California.
Abategetsi bo muri Megizike barashimiye Ivyabona kubera ko basukuye ikibuga c’inkino
Kw’igenekerezo rya 7 Ruheshi 2014, Ivyabona vya Yehova barenga 250 baritanze barafasha gusukura ikibuga c’inkino ca Baldomero “Melo” Almada. Ico gikorwa bakoze catumye abategetsi babashimira cane.
Ivyabona baja mw’ihayanishwa ry’ibitabu be n’ibinyamakuru ryabaye mu 2014 mu gisagara ca Mexico
Kw’ihayanishwa ry’ibitabu ryo mu 2014, Ivyabona vya Yehova bahayanisha ibitabu vyabo bitandukanye bishingiye kuri Bibiliya be n’amavidewo.