23 NDAMUKIZA 2014
UBURUSIYA
Uburusiya buriko burahonyanga uburenganzira bwo gusenga
Abajejwe intwaro b’i Taganrog mu Burusiya bariko baraburanya Ivyabona vya Yehova. Vyagenze gute ngo abo bategetsi bahonyange uburenganzira bwabo bwo gusenga? Ubwo si vya bindi bavuga ngo iyakariye ntigata?