JW Library
JW Library ni agaporogarama kateguwe n’Ivyabona vya Yehova. Karimwo Bibiliya zitandukanye, ibitabu n’udutabu bidufasha kwiga Bibiliya.
Koresha JW Library—Android
Ingene wokoresha JW Library mu twuma twa Android.
Ingene wovoma amabibiliya n’ingene woyakoresha—Android
Raba ingene wovoma amabibiliya n’ingene woyakoresha kuri JW Library mu twuma two mu bwoko bwa Android.
Ingene wovoma n’ingene wokoresha ivyasohowe—Android
Raba ingene wovoma n’ingene wokoresha ivyasohowe kuri JW Library mu twuma two mu bwoko bwa Android.
Koresha utuntu tugufasha kugaruka aho wasomye—Android
Raba ingene wokoresha utuntu tugufasha kugaruka aho wasomye muri JW Library mu twuma ngendanwa two mu bwoko bwa Android.
Koresha urutonde rw’ivyo uheruka kwugurura—Android
Raba ingene wokoresha urutonde rw’ivyo uheruka kwugurura kuri JW Library mu twuma ngendanwa two mu bwoko bwa Android.
Ingene wotunganya JW Library—Android
Raba ingene wotunganya JW Library mu twuma ngendanwa two mu bwoko bwa Android.
Kurondera ijambo muri Bibiliya canke mu gitabu—Android
Raba ingene worondera ijambo muri Bibiliya canke mu gitabu, n’ingene worirondera muri Étude perspicace ukoresheje JW Library mu twuma ngendanwa two mu bwoko bwa Android.
Ukuntu woshira JW Library mu kuma kawe udaciye muri App Store canke muri Play Store—Android
Nimba udashobora gushira JW Library mu kuma kawe uciye muri Play Store, urashobora kuyishiramwo ukoresheje umutekero wa JW Library ukora kuri Android (uwo bita APK).