AGAPAPURO K’ABAVUGWA MURI BIBILIYA
Nawomi
Voma aka gapapuro k’abavugwa muri Bibiliya kugira umenye inkuru yerekeye Nawomi, uwafashije umukazana wiwe Rusi. Nugacapure, ugakate, ukazingemwo kubiri hanyuma ukabike.