Icigwa ca 3: Senga igihe cose
Nuririmbane na Sonia ibijanye no gusenga Yehova igihe cose.
Raba kandi
NUBE UMUGENZI WA YEHOVA (UDUKORWA)
Senga igihe cose: Umuziki n’amajambo
Voma urupapuro rw’umuziki n’amajambo yarwo. Urashobora no kurusohora ku mashini. Abana bazoryoherwa cane n’urwo ruririmbo rworoshe gufata!
AMAVIDEWO
Niwigire ku bagenzi ba Yehova
INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA
Udukorwa tw’abana
Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.