Ubutumwa ku muryango wanyu
Anthony Morris III wo mu Nama Nyobozi arashikiriza uru rukurikirane rw’amavidewo atunganijwe mu buryo bwa dessin animé bwa kindi gikoresho gifasha abavyeyi kwigisha abana babo.
Raba kandi
AMAVIDEWO
Niwigire ku bagenzi ba Yehova
INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA
Udukorwa tw’abana
Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.