Ja ku birimwo

Imana ni yo ikuza

Imana ni yo ikuza

Woba uzi ukuntu ukuri gukurira mu mutima w’umuntu?

Bavyeyi, nimusome mwongere muganire ku 1 Abakorinto 3:6, 7 muri kumwe n’abana banyu.

Voma wongere usohore aka gakorwa.

Muhejeje kuraba ividewo ivuga ngo Imana ni yo ikuza, nimufashe umwana wanyu gusiga amabara ico gicapo mwisunze ibara ryerekanywe kuri buri giharuro. Muriko muragisigira hamwe, nimuganire ku bibazo biri aho hepfo.

Raba kandi

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.