Intambwe zijana ku kubatizwa
Ni ibiki wokora kugira ubatizwe? Raba ivyo wokora.
Bavyeyi, nimusome mwongere muganire ku Vyakozwe 16:32, 33 muri kumwe n’abana banyu.
Voma wongere ucapure aka gakorwa.
Muhejeje kuraba ividewo ivuga ngo Intambwe zijana ku kubatizwa, nimuce muganira kuri iki kibazo gikurikira:
Ni ibiki vyafashije nyina wa Soniya gushikira umugambi wo kwiyegura no kubatizwa?
Raba kandi
INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA
Udukorwa tw’abana
Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.