Ja ku birimwo

Ndakunda kugira isuku

Ndakunda kugira isuku

Nimukoreshe aka gakorwa kugira mufashe umwana wanyu kugira umunezero uva ku kuba asukuye.

Bavyeyi, nimusome mwongere muganire ku Balewi 11:45 muri kumwe n’abana banyu.

Voma wongere ucapure aka gakorwa.

Muhejeje kuraba ividewo, nimukoreshe aka gakorwa mu kuganira ku kuntu kugira isuku binezereza Yehova bigatuma na twebwe duhimbarwa. Nukate ayo mafoto ari ku rupapuro rwa mbere hanyuma uce usubira uyapange neza ku rupapuro rwa kabiri kugira ico cumba kirimwo ibintu bisanzaye kibe ciza kandi gisukuye. Niwumvirize indirimbo ivuga ngo «Ndakunda kugira isuku» mu gihe uriko urapanga udukinisho twawe.

Raba kandi

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.