Nufate ku mutwe vya «vyamwa vy’impwemu»
Woba wibuka kamere zigize ivyo impwemu yama ziri mu Bagalatiya 5:22, 23?
Bavyeyi, nimusome mwongere muganire ku Bagalatiya 5:22, 23 muri kumwe n’abana banyu.
Voma wongere ucapure aka gakorwa.
Reka twigire hamwe mu muryango kamere icenda zigize ivyo impwemu yama. Nimukate utwo dukarata twanditseko kamere z’ivyo impwemu yama, muce mutugabura mutarinze kwerekana ivyanditse ku makarata mufise. Nimuririmbe mujana n’umuziki, uwufise ikarata yanditseko kamere ivuzwe mu muziki ace ayiduza yongera ayiririmba n’ijwi ryumvikana. Muhejeje, nimuganire kuri kamere mwoshima gutsimbataza uko mugize umuryango.
Raba kandi
INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA
Udukorwa tw’abana
Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.