Shemeza Ya hamwe nanje!
Igihe muzoba muriko murakata utwo dufoto mwongera mutumadika mu kibanza kibereye, nimwiyibutse imvo nyinshi zikwiye gutuma mushemeza Yehova.
Bavyeyi, Nimusomere hamwe n’abana banyu Zaburi 146:2 muce muhaganirako.
Voma wongere usohore aka gakorwa.
Nimurabe ividewo ivuga ngo Shemeza Ya hamwe nanje! muce muganira ku mvo zotuma dushemeza Yehova. Kata utwo dufoto twerekana udukoko hamwe n’utwerekana ibiri mw’ividewo. Nimuce mumadika udufoto tw’udukoko mu kibanza bihuye mwongere mutondeke udufoto twerekana ibiri mw’ividewo nk’uko dukurikirana.
Raba kandi
INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA
Udukorwa tw’abana
Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.