Ja ku birimwo

Yehova ni Data

Yehova ni Data

Ni igiki cojijura abana bawe ko Yehova ameze nk’umuvyeyi?

Bavyeyi, nimusome mwongere muganire kuri Yesaya 64:8 muri kumwe n’abana banyu.

Voma wongere usohore aka gakorwa.

Nimuganire ku bibazo biri aho hepfo muhejeje kuraba ividewo ivuga ngo Yehova ni Data. Nimusabe abana banyu gucapa no kwandika ibintu bimwebimwe vyiza Yehova amaze kubaha.

Raba kandi

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.