Ja ku birimwo

Kubura uwawe

Kubura uwawe

Iyo uwacu apfuye, turababara cane. Ariko Yehova aradufasha. Reka turabe ingene adufasha.

Raba kandi

NUBE UMUGENZI WA YEHOVA

Kubura uwawe

Igihe tubuze uwacu, ni ibiki vyodufasha kwihangana?

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.