Ja ku birimwo

Ni je mwabikoreye

Ni je mwabikoreye

Hari uburyo bwinshi bwo gushigikira abarobanuwe. Reka turabe bumwe muri bwo.

Bavyeyi, nimusome mwongere muganire kuri Matayo 25:40 muri kumwe n’abana banyu.

Voma wongere ucapure ako gakorwa.

Muhejeje kuraba ividewo ivuga ngo Ni je mwabikoreye, nimuganire n’abana banyu uburyo butandukanye bwo kwamamaza bwakoreshwa kera n’ubukoreshwa ubu. Nimuce muhitamwo ubwo mwogirira ubushakashatsi muri kumwe.

Raba kandi

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.