Ni igiki wosenga ubwira Yehova uno musi?
Wobigenza gute ngo buri musi uze uraronka ikintu gishasha uvuga mw’isengesho?
Raba kandi
NUBE UMUGENZI WA YEHOVA
Ndakwinginze wumve isengesho (Ururirimbo rwa 41)
Nusenge Yehova, azokwumviriza aho woba uri hose.
INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA
Udukorwa tw’abana
Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.