Watanze ca kinege cawe
Ikintu kiruta ibindi vyose Yehova yadukoreye cerekana ko adukunda ni ikihe?
Raba kandi
NUBE UMUGENZI WA YEHOVA
Watanze ca kinege cawe (Ururirimbo rwa 20)
Ururirimbo rwigisha imiryango gukenguruka urukundo Yehova na Yezu bagaragaje biciye ku ncungu.
INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA
Udukorwa tw’abana
Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.