Yehova ni umugenzi wanje
Kubera Yehova ari Umugenzi wacu, yaraturemeye ibintu vyiza kugira bituryohere. Iyumvire bimwebimwe muri vyo.
Raba kandi
INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA
Udukorwa tw’abana
Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.