Ja ku birimwo

MU VY’UKURI BIBILIYA YIGISHA IKI? (IVYOGUFASHA KWIGA)

Twoba turi “mu misi ya nyuma”? (Igice ca 2)

Aya mayagwa ashingiye ku kigabane ca 9 c’igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?

Hoba hari ibintu vyiza Bibiliya yavuze ko vyobaye mu “misi ya nyuma”? Ni ibintu vyiza ibihe bizoca biba? Raba ico Bibiliya ivuga.