Ja ku birimwo

MU VY’UKURI BIBILIYA YIGISHA IKI? (IVYOGUFASHA KWIGA)

Nubone ubuzima nk’uko Imana ibubona (Igice ca 1)

Aya mayagwa ashingiye ku kigabane ca 13 c’igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?

Kubera iki twokwubaha ingabire y’ubuzima? Twokwerekana gute ko twubaha ubuzima bwacu n’ubw’abandi?