Ja ku birimwo

MU VY’UKURI BIBILIYA YIGISHA IKI? (IVYOGUFASHA KWIGA)

Nubone ubuzima nk’uko Imana ibubona (Igice ca 2)

Aya mayagwa ashingiye ku kigabane ca 13 c’igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?

Nurabe ivyo Bibiliya yigisha ku bijanye n’ugukoresha amaraso mu buryo butari bwo be n’ukuntu uburyo bumwe gusa bwiza bwo kuyakoresha bushobora kurokora ubuzima.