Ja ku birimwo

BIBILIYA YIGISHA IKI?

Ni umugambi uwuhe Imana ifitiye isi? (Igice ca 3)

Aya mayagwa ashingiye ku kigabane ca 3 c’igitabu Mu vy’ukuri Bibiliya yigisha iki?

Imana ikoresheje Ubwami bwayo, izorangura umugambi ifitiye isi, ikureho ingorane zose ziri kuri yo.