Ivyo urunganwe rwawe ruvuga Telefone ngendanwa VUZA Telefone ngendanwa Abakiri bato batatu baravuga ivyiza n’ibibi vya telefone ngendanwa. Muradutunga, vyanse gusomwa. Voma iyi videwo Ibiganiro bifitaniye isano Ivyo urunganwe rwawe ruvuga Ubuhinga bwa none Imiyabaga n’abageze mu bigero Raba kandi URWARUKA RURIBAZA Ukwiye kumenya iki ku bijanye no kwandika amamesaje? Kwandika amamesaje birashobora kugira ingaruka ku bugenzi ufitaniye n’abandi be n’izina ryawe. Raba igituma ari ukwo biri. IBISIGURWA BARIKO BARABICAPA Woba utwarwa cane n’ubuhinga bwa none? Urashobora gukoresha ubuhinga bwa none butiriwe burakugira umuja. Womenya gute ko woba usigaye uri umuja w’akuma kawe? Wokora iki usanze ari ko biri? BE MASO! Woba ukoresha neza ubuhinga bwa none? Niwishure ibi bibazo bine vyoroshe kugira wisuzume. IBISIGURWA BARIKO BARABICAPA Nukoreshe neza ubuhinga bwa none Nuryoherwe no guhanahana amakuru n’abagenzi bawe kuri Internet, ariko ntiwijajare. URWARUKA RURIBAZA Kumenyekana ku mbuga hwaniro hari ico vyokumarira? Hari abantu bamwebamwe bashira ubuzima bwabo mu kaga kugira baronke abantu benshi babakurikirana kandi bakunda ivyo bashira ku mbuga hwaniro. Kurondera kumenyekana bikumarira iki? Capura Rungika Rungika Telefone ngendanwa IVYO URUNGANWE RWAWE RUVUGA Telefone ngendanwa Ikirundi Telefone ngendanwa https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/502013198/univ/art/502013198_univ_sqr_xl.jpg