Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya VUZA Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya Raba ingene twigisha abantu Bibiliya ku buntu. Muradutunga, vyanse gusomwa. Voma iyi videwo Raba kandi IBIBAZO BIKUNZE KUBAZWA Ivyigwa mutanga vya Bibiliya bigirwa gute? Mu vyigwa vya Bibiliya Ivyabona vya Yehova batanga ku buntu, urashobora gukoresha Bibiliya iyo ari yo yose. Urashobora gutumira umuryango wawe wose canke abagenzi bawe. IBITWEREKEYE Gusaba ko tukugendera Nimuganire ikibazo gishingiye kuri Bibiliya canke mwige ibindi ku vyerekeye Ivyabona vya Yehova. AMAKORANIRO Ingene tugira amakoraniro ajanye no gusenga Niwirabire ingene amakoraniro yacu agirwa. IBITWEREKEYE Ni kubera iki ukwiye kwiga Bibiliya? Bibiliya iriko irafasha abantu amamiliyoni kw’isi yose kuronka inyishu z’ibibazo bihambaye cane mu buzima. Woba nawe wobishima? Capura Rungika Rungika Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya IBITWEREKEYE Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya Ikirundi Ingene dufasha abantu kwiga Bibiliya https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/502014311/univ/art/502014311_univ_sqr_xl.jpg