Imponjo y’igikino kivuga ngo Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Epizode ya 1—Umuco w’ukuri w’isi
Yehova arahishura ukuntu azorokora abantu. Naho Zekariya n’umugore wiwe bashaje, umumarayika arababwira ko bazokwibaruka umwana azoba umuhanuzi. Yozefu na Mariya bazorera Mesiya bongere bakingire Yezu kuva akiri umwana abashaka kumugirira nabi.